Inama y'ishyaka FPR-Inkotanyi riri ku butegetsi mu Rwanda yaraye yemeje Perezida Paul Kagame nk'umukandida waryo mu matora ya perezida yo muri Nyakanga (7) uyu mwaka. Mu batoye muri iyo nama ...
Perezida Paul Kagame yagiriza Ububirigi ko ari bwo ntandaro y'ingorane igihugu c'Urwanda gihanganye nazo, ibibazo avuga ko vyandurutse ku bukoloni iki gihugu cagize ku bihugu bwakoronije. Mw'ijambo ...