Umumenyereza w'ikipe y'umupira w'amaguru yo mu Bwongereza Manchester United, Jose Mourinho, avuga ko yaretse "ifarasi ziwe" zikigina imitavu mu ntsinzi y'uno munsi. Mu minota ine gusa y'igice ca ...
Insiguro y'isanamu, Igipolisi kigenzura ahantu hororerwa amafarasi. 16 Ukw'indwi 2017 Abantu barenga 60 batawe muri yombi muri Espagne bashinjwa kugira uruhare mu bucuruzi bw'inyama z'ifarasi. Izi ...