Birashikira bose - ukumva indirimbo, ntushobore kuyibagira, ukumva wonayiririmba...haheze inusu saha ukumva iracavugira mu mutwe kandi bikanka ko uyibagira. Uba waguye ku ndirimbo y'inkoramutima, ...